{"version":"1.0","type":"rich","provider_name":"Acast","provider_url":"https://acast.com","height":250,"width":700,"html":"<iframe src=\"https://embed.acast.com/$/67855d3e78acadca630338c5?\" frameBorder=\"0\" width=\"700\" height=\"250\">","title":"The Agatima  Podcast","thumbnail_width":200,"thumbnail_height":200,"thumbnail_url":"https://open-images.acast.com/shows/67855d3e78acadca630338c5/1741314058385-0b3b1c2b-bb43-4a75-a4fc-6d4f41e1f104.jpeg?height=200","description":"
Karibu kuri Agatima Podcast! Muri kino Kibanza, umwe wese arahawe ikaze.  We gusa fata icicaro, wihere amatwi ibiganiro tugushikiriza, mukirundi no mukinyarwanda. Tuganira kuvyerekeye  ukwiteza imbere  haba mubuzima busanzwe bwacu bwa buri musi (Personal Growth: Health & Fitness, Social Life ) , mukugwiza ubutunzi (Money, Personal finance, Business and Career) , Ukubaho neza ( Quality of life) hamwe n'ukumenya utuntu n'utundi tubera hirya no hino kwisi , nacanecane muri Politique y'ibihugu, kahise kacu, kubu na kazoza mumibereho y'abantu ( Social media Trends, Human's history, Politics and Geopolitics).  
Amazina yanje ni Iriho Quentin, Ushobora no kumpamagara \"Iriho wa Gatanu\"\". 
Nkunda cane kwitaho ubuzima banje, nkunda kwiga no gusangiza abandi ibintu bitandukanye nacane cane ibinfitiye akamaro, nkabishira mungiro, ndetse  nkabisangiza abandi kugira twungurane ivyiyumviro (ibitekerezo). 
Nkunda kwiga kumenya ivyo umubiri wanje ukeneye, nkunda gusoma ibitabo, nkunda kumenya amakuru agezweho, kumenya uko amafaranga akora , uko ubutunzi bugwira, nkunda kumenya kahise, k'ubu ndetse n'ibiteguwe muri kazoza. 
Nico gituma nahisemwe gutanguza ino Podcast kugira nshikirize ivyo mbona , nigire kubandi ndetse nfashe n'abandi kumenya bimwe muvyo nzi n'ivyo abo nzoza ndatumira bazoza badushikiriza. 
Agatima Podcast , tubashikiriza ibiganiro ( Episodes) kuwa kabiri  hamwe no kuma gatanu.
","author_name":"Iriho 5"}