{"version":"1.0","type":"rich","provider_name":"Acast","provider_url":"https://acast.com","height":250,"width":700,"html":"<iframe src=\"https://embed.acast.com/$/61b5f905df210c0014b87e58/61b5f90bc77fb70012d95aac?\" frameBorder=\"0\" width=\"700\" height=\"250\"></iframe>","title":"Urubanza rwa Rafaeli Lomoro, yasize abana umunani!","thumbnail_width":200,"thumbnail_height":200,"thumbnail_url":"https://open-images.acast.com/shows/61b5f905df210c0014b87e58/61b5f90bc77fb70012d95aac.jpg?height=200","description":"<p>Muri episode y’uyu musi tuza kwumviriza urubanza rwumugabo yitwa Rafaeli Lomoro. Uyu Rafaeli yaba mu Bufaransa, yakoze ubuzi bwinshi mu buzima bwiwe gushika umusi umwe aho akazi kiwe kahagaze. Mu mahera bamutekereye yaciye afata ingigo yo gucuruza vanille, akayirimisha muri Madagascar, akayishora mu bihugu bitandukanye. Mu mwaka w’i2006, yarabuzwe irengero ryiwe, aranyika, umuryango wiwe nta nkuru nimwe warufise. Inyamiramabi zatanguye kwiyumvira ko yoba yiciwe muri Madagascar kubera urudandazwa rwiwe yakora, ariko uku amatohoza yagenda arigira imbere, niko inyamiramabi zabona ko abicanyi ataho batari ashobora kuba yagitiye ingorane mu Bufaransa.</p>","author_name":"William Guillaume Muringa"}