{"version":"1.0","type":"rich","provider_name":"Acast","provider_url":"https://acast.com","height":250,"width":700,"html":"<iframe src=\"https://embed.acast.com/$/61b5f905df210c0014b87e58/61b5f90bc77fb70012d95aab?\" frameBorder=\"0\" width=\"700\" height=\"250\"></iframe>","title":"Urubanza rwa Maureen, uyu mukobwa w'imwaka 19 yishwe azibaguwe imbugita 62!","thumbnail_width":200,"thumbnail_height":200,"thumbnail_url":"https://open-images.acast.com/shows/61b5f905df210c0014b87e58/61b5f90bc77fb70012d95aab.jpg?height=200","description":"<p>Maureen Jacquier yari umwana w’umukobwa yarafise imyaka 19, ariko naho yarakiri muto yaramaze kuronka urupapuro rumuha uburengazira bwo kuba umumecanicien w’indege. Nico kintu yakunda mu buzima bwiwe, ariko indoto ziwe zarahagaze italiki 27 fevrier 2015, umusi yiciweko mu ga studio kiwe mu muji wa Toulouse. Uyu mwana w’umukobwa bamusanze muhira iwe yapfuye, bamuzibaguye imbugita 62, ikiziga ciwe kirambaraye mu kiziba c’amaraso iruhande y’igitanda ciwe. Yagandaguwe bunyamaswa, ariko ntivyumvikana ingene uwamwishe yinjiye mu nzu yiwe kuko nta dirisha canke umuryango wabomowe. Nico gituma abakora amatohoza baguma bibaza : uyu mwicanyi yarazi Maureen, yinjiye gute ? Inyishu n’ingene vyagenze muri episode yuyu musi.</p>","author_name":"William Guillaume Muringa"}