{"version":"1.0","type":"rich","provider_name":"Acast","provider_url":"https://acast.com","height":250,"width":700,"html":"<iframe src=\"https://embed.acast.com/$/61b5f905df210c0014b87e58?\" frameBorder=\"0\" width=\"700\" height=\"250\"></iframe>","title":"Kuberiki","thumbnail_width":200,"thumbnail_height":200,"thumbnail_url":"https://open-images.acast.com/shows/61b5f905df210c0014b87e58/show-cover.jpg?height=200","description":"Intumbero yiyi Podcast ni kugira dukeburane, tugire inyota yo kumenya amategeko atugenga. Tumenye ivyo dukwiye kwirinda, tumyenye nico umuntu yokora ahuye n’abagiziba nabi. Ni kugira tumenye kandi n’ibiba ahandi ntihagire uwuhava abigwamwo atabimenye, avuge ngo ntavyo narinzi kuko icaha ntibakigukurako muri Sentare kubera ubujiji. Kumenya amategeko ni ishingano y’umunyagihugu wese.","author_name":"William Guillaume Muringa"}